1 Ngoma 17:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nzomuha intwaro yanje, agumeho ibihe vyose+. Umuryango wiwe uzokwama ukomokamwo abami kandi intebe yiwe y’ubwami izogumaho ibihe vyose+.’”» 2 Ngoma 1:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Salomo aca yishura Imana ati: «Dawe Dawidi wamweretse urukundo* rwinshi+, kandi wangize umwami mu kibanza ciwe+.
14 Nzomuha intwaro yanje, agumeho ibihe vyose+. Umuryango wiwe uzokwama ukomokamwo abami kandi intebe yiwe y’ubwami izogumaho ibihe vyose+.’”»
8 Salomo aca yishura Imana ati: «Dawe Dawidi wamweretse urukundo* rwinshi+, kandi wangize umwami mu kibanza ciwe+.