1 Ngoma 21:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ariko umwami Dawidi abwira Orunani ati: «Oya, ntegerezwa kuhagura igiciro bikwiranye, kuko ntotwara ivyawe ngo ndabihe Yehova canke ngo nshikane ibimazi biturirwa vya gusa+.»
24 Ariko umwami Dawidi abwira Orunani ati: «Oya, ntegerezwa kuhagura igiciro bikwiranye, kuko ntotwara ivyawe ngo ndabihe Yehova canke ngo nshikane ibimazi biturirwa vya gusa+.»