2 Abami 21:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Manase+ yari afise imyaka 12 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 55 aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Hefuziba. 2 Abami 21:4, 5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yarubatse n’ibicaniro mu nzu ya Yehova+ kandi ku vyerekeye iyo nzu, Yehova yari yaravuze ati: «I Yeruzalemu ni ho hazokwitirirwa izina ryanje+.» 5 Yarubakiye ibicaniro n’ingabo zose zo kw’ijuru+, avyubaka mu bigo bibiri vy’inzu ya Yehova+.
21 Manase+ yari afise imyaka 12 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 55 aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Hefuziba.
4 Yarubatse n’ibicaniro mu nzu ya Yehova+ kandi ku vyerekeye iyo nzu, Yehova yari yaravuze ati: «I Yeruzalemu ni ho hazokwitirirwa izina ryanje+.» 5 Yarubakiye ibicaniro n’ingabo zose zo kw’ijuru+, avyubaka mu bigo bibiri vy’inzu ya Yehova+.