-
2 Abami 21:18, 19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
18 Nuko Manase arapfa, bamuhamba ku rugo iwe mu murima wahora ari uwa Uza+, maze umuhungu wiwe Amoni atangura kuganza mu kibanza ciwe.
19 Amoni+ yari afise imyaka 22 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka ibiri aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Meshulemeti, akaba yari umukobwa wa Haruzi w’i Yotiba.
-