ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 23:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Hanyuma umwami araduga aja ku nzu ya Yehova ari kumwe n’abagabo bo mu Buyuda bose, ababa i Yeruzalemu bose, abaherezi n’abahanuzi, ni ukuvuga abantu bose kuva ku muto gushika ku wuhambaye. Abasomera amajambo yose yo muri ca gitabu+ c’isezerano+ bari batoye mu nzu ya Yehova+.

  • 2 Ngoma 17:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Yehova agumana na Yehoshafati kuko yakurikira akarorero* ka sekuruza Dawidi+, ntakurikire za Bayali.

  • 2 Ngoma 17:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Batora igitabu c’amategeko ya Yehova+ batangura kwigisha mu Buyuda. Baraheza bazunguruka mu bisagara vyose vy’Ubuyuda bigisha abantu.

  • Nehemiya 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Nuko asoma ivyanditse muri ico gitabu n’ijwi ryumvikana+, ahagaze imbere ya ca kibanza rusangi kirabana n’irembo ry’amazi. Yasomye kuva mu mutwenzi gushika mu masasita, asomera abagabo, abagore n’abo bose bashobora gutahura. Abantu barumvirije bitonze+ ibivugwa muri ico gitabu c’amategeko.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika