Yesaya 44:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Ndi Umwe avuga ku bijanye na Kuro+ ati: “Ni umwungere wanje,kandi azoshitsa neza ivyo ngomba vyose+.”Ndi Umwe avuga ku bijanye na Yeruzalemu ati: “Hazosubira kwubakwa”, no ku bijanye n’urusengero ati: “Umushinge wawe uzoshingwa+.”»
28 Ndi Umwe avuga ku bijanye na Kuro+ ati: “Ni umwungere wanje,kandi azoshitsa neza ivyo ngomba vyose+.”Ndi Umwe avuga ku bijanye na Yeruzalemu ati: “Hazosubira kwubakwa”, no ku bijanye n’urusengero ati: “Umushinge wawe uzoshingwa+.”»