Guharura 16:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Aba bantu nibapfa urupfu rusanzwe nk’urw’abantu bose, canke bakaronka igihano gisanzwe nk’ic’abantu bose, muce mumenya ko atari Yehova yantumye+.
29 Aba bantu nibapfa urupfu rusanzwe nk’urw’abantu bose, canke bakaronka igihano gisanzwe nk’ic’abantu bose, muce mumenya ko atari Yehova yantumye+.