1 Abami 11:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Maze Yehova atuma Hadadi aba umwansi wa Salomo+. Yari Umunyedomu ava mu muryango wa cami wo muri Edomu+. 2 Ngoma 33:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nuko Yehova atuma abakuru b’ingabo z’umwami wa Ashuri babatera. Maze Manase bamufatisha ingobe*, bamubohesha amapingu abiri y’umujumpu hanyuma bamujana i Babiloni. Yesaya 10:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ibi ni vyo avuze: «Ehe raba Umwashuri+!Ni inkoni yo kwerekana ishavu ryanje+.Ikibando kiri mu kuboko kwiwe na co cerekana uburake bwanje.
14 Maze Yehova atuma Hadadi aba umwansi wa Salomo+. Yari Umunyedomu ava mu muryango wa cami wo muri Edomu+.
11 Nuko Yehova atuma abakuru b’ingabo z’umwami wa Ashuri babatera. Maze Manase bamufatisha ingobe*, bamubohesha amapingu abiri y’umujumpu hanyuma bamujana i Babiloni.
5 Ibi ni vyo avuze: «Ehe raba Umwashuri+!Ni inkoni yo kwerekana ishavu ryanje+.Ikibando kiri mu kuboko kwiwe na co cerekana uburake bwanje.