-
Ivyakozwe 12:21-23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 Umusi uri izina, Herodi yambara impuzu za cami hanyuma yicara ku ntebe yiwe y’imanza, atangura gushikiriza ijambo abantu bose. 22 Maze abantu bari bakoraniye ng’aho batangura gusemerera bati: «Iryo ni ijwi ry’imana, si iry’umuntu!» 23 Ako kanya nyene umumarayika wa Yehova* aramukubita, kuko ataninahaje Imana. Aca aribwa n’inyo, arapfa.
-