2 Ngoma 24:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Impwemu y’Imana iza kuri* Zakariya umuhungu w’umuherezi Yehoyada+. Ahagarara ahantu hataramutse imbere y’abantu ababwira ati: «Imana y’ukuri ivuze iti: “Kubera iki muhonyanga amabwirizwa ya Yehova? Ntimuzororanirwa. Ko mwahevye Yehova, na we rero azobaheba+.”» Zaburi 115:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ababikora bazomera nka vyo+,eka mbere n’abavyizigira bose+. Yeremiya 2:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yehova avuze ati: «Ni ikosa irihe ba sogokuruza banyu bambonyeko+,ku buryo baja kure yanje,bagakurikira ibigirwamana ata co bimaze+, na bo ubwabo bagasigara ata co bamaze+? Yeremiya 10:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ivyo bigirwamana bimeze nk’igikanganyoni mu murima w’amakonkombure. Ntibishobora kuvuga+.Barabirerura kuko bidashobora gutambuka+. Ntimubitinye kuko ata kibi bishobora gukora,nta n’iciza bishobora gukora+.»
20 Impwemu y’Imana iza kuri* Zakariya umuhungu w’umuherezi Yehoyada+. Ahagarara ahantu hataramutse imbere y’abantu ababwira ati: «Imana y’ukuri ivuze iti: “Kubera iki muhonyanga amabwirizwa ya Yehova? Ntimuzororanirwa. Ko mwahevye Yehova, na we rero azobaheba+.”»
5 Yehova avuze ati: «Ni ikosa irihe ba sogokuruza banyu bambonyeko+,ku buryo baja kure yanje,bagakurikira ibigirwamana ata co bimaze+, na bo ubwabo bagasigara ata co bamaze+?
5 Ivyo bigirwamana bimeze nk’igikanganyoni mu murima w’amakonkombure. Ntibishobora kuvuga+.Barabirerura kuko bidashobora gutambuka+. Ntimubitinye kuko ata kibi bishobora gukora,nta n’iciza bishobora gukora+.»