Guharura 12:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ca gicu gica kiragenda, kiva hejuru y’ihema ry’ibonaniro. Miriyamu aca afatwa n’imibembe, asigara yera derere*+. Aroni ahindukiye kumuraba, asanga yafashwe n’imibembe+. 2 Abami 5:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Imibembe ya Namani+ rero igira ikuzeko, kandi wewe n’uruvyaro rwawe izobagumako ibihe vyose.» Ubwo nyene Gehazi aca ava imbere ya Elisha yera derere*+ kubera imibembe.
10 Ca gicu gica kiragenda, kiva hejuru y’ihema ry’ibonaniro. Miriyamu aca afatwa n’imibembe, asigara yera derere*+. Aroni ahindukiye kumuraba, asanga yafashwe n’imibembe+.
27 Imibembe ya Namani+ rero igira ikuzeko, kandi wewe n’uruvyaro rwawe izobagumako ibihe vyose.» Ubwo nyene Gehazi aca ava imbere ya Elisha yera derere*+ kubera imibembe.