Guharura 18:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Yehova yongera kubwira Aroni ati: «Ndakujeje intererano mpabwa+. Wewe n’abahungu bawe narabahaye umugabane wamaho uvuye ku bintu vyeranda vyose Abisirayeli batanga+.
8 Yehova yongera kubwira Aroni ati: «Ndakujeje intererano mpabwa+. Wewe n’abahungu bawe narabahaye umugabane wamaho uvuye ku bintu vyeranda vyose Abisirayeli batanga+.