ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Mu kwezi kugira kabiri, mu mwaka ugira kabiri kuva bashitse ku nzu y’Imana y’ukuri i Yeruzalemu, Zerubabeli mwene Shalutiyeli na Yeshuwa mwene Yehozadaki na benewabo, ni ukuvuga abaherezi n’Abalewi hamwe n’abandi bose bari baravuye mu bunyagano bakaza i Yeruzalemu+, batangura igikorwa. Abalewi bafise imyaka 20 kuduga, babazeza ibanga ryo guhagarikira igikorwa co ku nzu ya Yehova.

  • Ezira 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ico gihe ni ho Zerubabeli+ mwene Shalutiyeli na Yeshuwa+ mwene Yehozadaki batangura gusubira kwubaka inzu y’Imana+ yari i Yeruzalemu, kandi abahanuzi b’Imana bari kumwe na bo babashigikiye+.

  • Zakariya 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Nuko anyereka umuherezi mukuru Yosuwa+ ahagaze imbere y’umumarayika wa Yehova. Shetani+ yari ahagaze iburyo bwiwe kugira ngo amurwanye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika