-
Nehemiya 6:17, 18Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Muri iyo misi, abanyacubahiro+ bo mu Buyuda baza bararungikira amakete menshi Tobiya, na we akabishura. 18 Abantu benshi bo mu Buyuda bari baremeye baranarahira ko bazoguma bamushigikira kubera ko yari umukwe wa Shekaniya mwene Ara+. Kandi umuhungu wiwe Yehohanani yari yararongoye umukobwa wa Meshulamu+ mwene Berekiya.
-