Nehemiya 1:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ico gihe, mwenewacu umwe yitwa Hanani+ yaraje kundaba ari kumwe n’abandi bagabo bavuye mu Buyuda. Ntangura kubabaza amakuru y’abasigaye mu Bayuda bavuye mu bunyagano+ n’amakuru y’i Yeruzalemu.
2 Ico gihe, mwenewacu umwe yitwa Hanani+ yaraje kundaba ari kumwe n’abandi bagabo bavuye mu Buyuda. Ntangura kubabaza amakuru y’abasigaye mu Bayuda bavuye mu bunyagano+ n’amakuru y’i Yeruzalemu.