2 Abami 25:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nuko mu mwaka ugira icenda Zedekiya aganza, ku musi ugira cumi w’ukwezi kugira cumi, Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni azanana n’ingabo ziwe zose gutera Yeruzalemu+. Akambika hafi y’ico gisagara, yubaka irya n’ino yaco uruzitiro rwo kuhatera+. Daniyeli 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Umwami Nebukadinezari yakoze igishusho c’inzahabu gifise uburebure bw’intambwe 60* n’ubwaguke bw’intambwe 6*. Ico gishusho yaciye agishinga mu kiyaya ca Dura, mu ntara ya Babiloni.
25 Nuko mu mwaka ugira icenda Zedekiya aganza, ku musi ugira cumi w’ukwezi kugira cumi, Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni azanana n’ingabo ziwe zose gutera Yeruzalemu+. Akambika hafi y’ico gisagara, yubaka irya n’ino yaco uruzitiro rwo kuhatera+.
3 Umwami Nebukadinezari yakoze igishusho c’inzahabu gifise uburebure bw’intambwe 60* n’ubwaguke bw’intambwe 6*. Ico gishusho yaciye agishinga mu kiyaya ca Dura, mu ntara ya Babiloni.