Yosuwa 1:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 1 Inyuma y’urupfu rwa Musa umusavyi wa Yehova, Yehova abwira Yosuwa*+ mwene Nuni, umufasha*+ wa Musa ati:
1 Inyuma y’urupfu rwa Musa umusavyi wa Yehova, Yehova abwira Yosuwa*+ mwene Nuni, umufasha*+ wa Musa ati: