11 Ewe Yehova, ndakwinginze wumvirize isengesho ryanje jewe umusavyi wawe, n’iry’abasavyi bawe bahimbarwa no gutinya izina ryawe. Ndakwinginze umfashe bize kungendera neza uyu musi, umwami angirire akagongwe+.»
Ico gihe nakora igikorwa co guhereza ibinyobwa umwami+.