Ezira 9:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Bo ubwabo n’abahungu babo bararongoye bamwe mu bakobwa babo+. None ubu bavanganye n’abantu bo muri ivyo bihugu+ kandi bobo ari uruvyaro* rweranda+. Abatware bakuru n’abatware bo hasi ni bo babaye aba mbere muri ubwo buhemu.»
2 Bo ubwabo n’abahungu babo bararongoye bamwe mu bakobwa babo+. None ubu bavanganye n’abantu bo muri ivyo bihugu+ kandi bobo ari uruvyaro* rweranda+. Abatware bakuru n’abatware bo hasi ni bo babaye aba mbere muri ubwo buhemu.»