-
Esiteri 5:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Nuko umwami abwira abantu biwe ati: «Nimubwire Hamani anyaruke nk’uko Esiteri abisavye.» Nuko umwami na Hamani baja ku nzimano Esiteri yari yateguye.
-