ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 3:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Uzoronka ivyo urya* ubanje kubira icuya gushika usubiye mw’ivu, kuko ari ryo wakuwemwo+. Uri umukungugu kandi umukungugu ni wo uzosubiramwo+.»

  • Zaburi 49:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 kuko iyo apfuye ata na kimwe atwara+,

      kandi n’icubahiro ciwe ntikijana na we+.

  • Umusiguzi 5:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Nk’uko umuntu yavuye mu nda ya nyina ari gusa, azogenda ari gusa nk’uko yaje+. Nta na kimwe azogenda atwaye mu bintu vyose yabiriye akuya+.

  • Umusiguzi 12:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Umukungugu rero uraheza ugasubira mw’ivu+ aho wahoze, impwemu* na yo igasubira ku Mana y’ukuri yayitanze+.

  • 1 Timoteyo 6:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Kuko ata co twazanye mw’isi, kandi nta na kimwe dushobora kuyikuramwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika