ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 12:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Nayo wewe, nugume ushikamye gushika kw’iherezo. Uzokwiruhukira, ariko uzohaguruka kugira uronke umugabane wawe* mu misi y’iherezo+.»

  • Yohani 5:28, 29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Ntimutangazwe rero n’ivyo, kuko igihe kigira kigere aho abari mu mva* bose bazokwumva ijwi ryiwe+ 29 bakazivamwo, abakoze ivyiza bakazukira ubuzima, abagiye barakora ibintu bishisha na bo bakazukira urubanza+.

  • Yohani 11:43, 44
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 43 Ahejeje kuvuga ivyo, aca arasemerera n’ijwi rirenga ati: «Lazaro, sohoka+!» 44 Uwo muntu yari yapfuye aca arasohoka, amaguru n’amaboko bizingiriyeko ibitambara, mu maso na ho hazingiriyeko impuzu. Yezu aca ababwira ati: «Mutekurure mumureke agende.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika