Zaburi 49:6, 7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Abizigira ubutunzi bwabo+,bakaguma birata kubera itunga ryabo ryinshi+, 7 nta n’umwe muri bo ashobora gucungura mwenewabo,canke ngo amutangire incungu ku Mana+, 1 Timoteyo 6:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Bwira* abatunzi bo muri iki gihe* kutibona* no kutizigira ubutunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bizigire Imana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose tunezererwa+.
6 Abizigira ubutunzi bwabo+,bakaguma birata kubera itunga ryabo ryinshi+, 7 nta n’umwe muri bo ashobora gucungura mwenewabo,canke ngo amutangire incungu ku Mana+, 1 Timoteyo 6:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Bwira* abatunzi bo muri iki gihe* kutibona* no kutizigira ubutunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bizigire Imana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose tunezererwa+.
17 Bwira* abatunzi bo muri iki gihe* kutibona* no kutizigira ubutunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bizigire Imana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose tunezererwa+.