Abalewi 19:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Ukwiye guhaguruka imbere y’umuntu w’imvi+, kandi ukwiye kwubaha umutama+. Utegerezwa gutinya Imana yawe+. Ndi Yehova.
32 Ukwiye guhaguruka imbere y’umuntu w’imvi+, kandi ukwiye kwubaha umutama+. Utegerezwa gutinya Imana yawe+. Ndi Yehova.