Gusubira mu vyagezwe 34:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Musa yapfuye afise imyaka 120+. Ico gihe yari akibona neza kandi yari agifise inguvu. Yobu 42:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Inyuma y’ivyo Yobu abaho imyaka 140, abona abana biwe n’abuzukuru biwe gushika ku runganwe* rugira kane. Zaburi 103:3-5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Aguharira amakosa yawe yose+,akagukiza indwara zawe zose+. 4 Akura ubuzima bwawe mu cobo*+,akakwambika urugori rw’ubuntu* n’imbabazi+. 5 Aguhunda ivyiza+ ubuzima bwawe bwose,ku buryo inkomezi zawe ziguma ziyubura nk’iz’inkona+.
16 Inyuma y’ivyo Yobu abaho imyaka 140, abona abana biwe n’abuzukuru biwe gushika ku runganwe* rugira kane.
3 Aguharira amakosa yawe yose+,akagukiza indwara zawe zose+. 4 Akura ubuzima bwawe mu cobo*+,akakwambika urugori rw’ubuntu* n’imbabazi+. 5 Aguhunda ivyiza+ ubuzima bwawe bwose,ku buryo inkomezi zawe ziguma ziyubura nk’iz’inkona+.