ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 9:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Mu vyadushikiye vyose, ntiwigeze uturenganya kuko wagumye uri umwizigirwa. Ni twe twakoze ivy’ububisha+.

  • Zaburi 35:28
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Maze ururimi rwanje ruzovuga* ivy’ubugororotsi bwawe+

      kandi rugushemeze burinde bwira+.

  • Zaburi 59:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Ariko jewe nzoririmba inkomezi zawe+.

      Mu gitondo nzovuga mpimbawe ibijanye n’urukundo* rwawe.

      Kuko uri ubuhungiro bwanje butekanye+

      n’ahantu mpungira mu bihe vy’amagorwa+.

  • Daniyeli 9:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Ewe Yehova, wewe uragororotse, ariko twebwe twuzuye ibimaramare* nk’uko biri uyu musi, twe n’ababa mu Buyuda, ababa i Yeruzalemu n’Abisirayeli bose, ababa hafi n’ababa kure, mu bihugu vyose wabashwiragijemwo kubera baguhemukiye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika