Zaburi 28:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ntunjaniranye n’ababisha, barya bakora ibintu bibi+,barya bayaga nk’abagenzi* ariko mu mitima huzuye ikibi+. Zaburi 62:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Baja inama kugira bamutembagaze mu kibanza ciwe co hejuru*.Bahimbarwa n’ibinyoma. Bahezagira n’iminwa yabo, ariko mu mitima bakavuma+. (Sela*)
3 Ntunjaniranye n’ababisha, barya bakora ibintu bibi+,barya bayaga nk’abagenzi* ariko mu mitima huzuye ikibi+.
4 Baja inama kugira bamutembagaze mu kibanza ciwe co hejuru*.Bahimbarwa n’ibinyoma. Bahezagira n’iminwa yabo, ariko mu mitima bakavuma+. (Sela*)