Kuvayo 19:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Musa yishura Yehova ati: «Abantu ntibashobora kuduga ku musozi Sinayi kuko wamaze kutwihaniza, ukatubwira uti: “Shira uturimbi irya n’ino y’uwo musozi, uwugire mweranda+.”» Gusubira mu vyagezwe 33:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yavuze ati: «Yehova yaje ava i Sinayi+,yabamurikiye ari i Seyiri. Yakayanganye ari mu misozi y’i Parani+,kandi yari kumwe n’aberanda ibihumbi n’ibihumbi*+,ingabo ziwe zari iburyo bwiwe+.
23 Musa yishura Yehova ati: «Abantu ntibashobora kuduga ku musozi Sinayi kuko wamaze kutwihaniza, ukatubwira uti: “Shira uturimbi irya n’ino y’uwo musozi, uwugire mweranda+.”»
2 Yavuze ati: «Yehova yaje ava i Sinayi+,yabamurikiye ari i Seyiri. Yakayanganye ari mu misozi y’i Parani+,kandi yari kumwe n’aberanda ibihumbi n’ibihumbi*+,ingabo ziwe zari iburyo bwiwe+.