ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 38:39, 40
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 39 Mbega woshobora guhigira intambwe ico irya?

      Canke woshobora guhaza imikangara y’intambwe+,

      40 igihe zibunze aho ziba

      canke igihe ziryamiye mu myobo yazo?

  • Zaburi 17:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Umubisha ameze nk’intambwe igira itabagure ico yafashe,

      intambwe y’umukangara yabunze kugira icakire ikintu.

  • Zaburi 59:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  3 Ewe Yehova, ehe banyibundiye+.

      Abagabo bakomeye bariko barantera,

      ariko ntibampora kugarariza canke gucumura+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika