Zaburi 13:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nzogumana amaganya gushika ryari?Nzogumana intuntu mu mutima uko bukeye uko bwije? Umwansi wanje azoguma antsinda gushika ryari+? Zaburi 79:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Dusigaye dusuzuguritse ku babanyi bacu+.Abadukikuje baradutwenga kandi bakaducokora.
2 Nzogumana amaganya gushika ryari?Nzogumana intuntu mu mutima uko bukeye uko bwije? Umwansi wanje azoguma antsinda gushika ryari+?