Zaburi 52:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ariko jewe nzomera nk’igiti c’umwelayo gitotahaye mu nzu y’Imana.Nzokwizigira urukundo* rw’Imana+ gushika ibihe bidahera. Zaburi 147:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Yehova arakunda abantu bamutinya+,barya baguma barindiriye urukundo* rwiwe+. 1 Petero 5:6, 7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Mwicishe bugufi rero munsi y’ukuboko kw’Imana gukomeye, kugira ibashire hejuru igihe kigeze+, 7 kandi mugume muterera amaganya yanyu* yose kuri yo+, kuko ibababara+.
8 Ariko jewe nzomera nk’igiti c’umwelayo gitotahaye mu nzu y’Imana.Nzokwizigira urukundo* rw’Imana+ gushika ibihe bidahera.
6 Mwicishe bugufi rero munsi y’ukuboko kw’Imana gukomeye, kugira ibashire hejuru igihe kigeze+, 7 kandi mugume muterera amaganya yanyu* yose kuri yo+, kuko ibababara+.