ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 19:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 “Mwariboneye ivyo nakoreye Abanyamisiri+ kugira ndabazane iwanje ndabareruye ku mababa y’inkona+.

  • Gusubira mu vyagezwe 32:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Nka kurya inkona inyiganza icari cayo,

      ikārāra hejuru y’ibiswi vyayo,

      igasanza amababa yayo ikabitora,

      maze ikabitwara hejuru y’amababa yayo+,

  • Rusi 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Yehova naguhezagire ku vyiza wakoze+. Yehova Imana ya Isirayeli naguhe impembo ikwiye kuko wahungiye munsi y’amababa yiwe+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika