Zaburi 57:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Imana izomfasha yibereye mw’ijuru kandi izonkiza+. Izotuma abashaka kuncakira bataha zirayoye. (Sela*) Imana izokwerekana ubuntu* bwayo n’ubwizigirwa bwayo+. Zaburi 86:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ariko wewe ga Yehova, uri Imana y’imbabazi n’impuhwe*,iteba gushavura kandi yuzuye urukundo* n’ukudahemuka*+.
3 Imana izomfasha yibereye mw’ijuru kandi izonkiza+. Izotuma abashaka kuncakira bataha zirayoye. (Sela*) Imana izokwerekana ubuntu* bwayo n’ubwizigirwa bwayo+.
15 Ariko wewe ga Yehova, uri Imana y’imbabazi n’impuhwe*,iteba gushavura kandi yuzuye urukundo* n’ukudahemuka*+.