Kuvayo 24:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Musa aca yandika ivyo Yehova yari yamubwiye vyose+. Araheza avyuka kare mu gitondo, yubaka igicaniro munsi y’uwo musozi be n’inkingi 12 zihuye na ya miryango 12 ya Isirayeli. Guharura 12:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mvugana na we amaso mu yandi*+, ntomora, ata gufobeka. Arabona ishusho yanje jewe Yehova. Kuki none mwubahutse kuvuga nabi umusavyi wanje Musa?»
4 Musa aca yandika ivyo Yehova yari yamubwiye vyose+. Araheza avyuka kare mu gitondo, yubaka igicaniro munsi y’uwo musozi be n’inkingi 12 zihuye na ya miryango 12 ya Isirayeli.
8 Mvugana na we amaso mu yandi*+, ntomora, ata gufobeka. Arabona ishusho yanje jewe Yehova. Kuki none mwubahutse kuvuga nabi umusavyi wanje Musa?»