Abacamanza 10:11, 12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mugabo Yehova abwira Abisirayeli ati: «Mbega sinabakijije Abanyamisiri+, Abamori+, Abamoni, Abafilisitiya+, 12 Abanyasidoni, Abamaleki n’Abamidiyani igihe babacinyiza? Ntimwandiriye nanje nkababakiza? 1 Samweli 12:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nuko Yehova arungika Yerubayali+ na Bedani na Yefuta+ na Samweli+, abakiza abansi bose bari babakikuje kugira mwibereho mu mutekano+.
11 Mugabo Yehova abwira Abisirayeli ati: «Mbega sinabakijije Abanyamisiri+, Abamori+, Abamoni, Abafilisitiya+, 12 Abanyasidoni, Abamaleki n’Abamidiyani igihe babacinyiza? Ntimwandiriye nanje nkababakiza?
11 Nuko Yehova arungika Yerubayali+ na Bedani na Yefuta+ na Samweli+, abakiza abansi bose bari babakikuje kugira mwibereho mu mutekano+.