Yesaya 66:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 66 Yehova avuze ati: «Ijuru ni yo ntebe yanje y’ubwami, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None ni inzu nyabaki mushobora kunyubakira+,kandi ahantu noruhukira ni hehe+?»
66 Yehova avuze ati: «Ijuru ni yo ntebe yanje y’ubwami, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None ni inzu nyabaki mushobora kunyubakira+,kandi ahantu noruhukira ni hehe+?»