Imigani 6:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Mwananje, niwubahirize ibwirizwa rya so wawekandi ntiwirengagize itegeko* rya nyoko wawe+. Imigani 6:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Bizokuyobora uriko uragenda,bikurinde iyo uryamyekandi bikwigishe* iyo uvyutse.