Yobu 23:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Sinigeze mva ku mabwirizwa yo mu kanwa kayo. Narakurikije amajambo yayo+, mbere ndarenza ivyo insaba*. Zaburi 119:174 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 174 Ewe Yehova, ndanyotewe ubukiriro utanga,kandi ndakunda cane itegeko ryawe+. Abaroma 7:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Mu mutima wanje* ndahimbarwa vy’ukuri n’amategeko y’Imana+,
12 Sinigeze mva ku mabwirizwa yo mu kanwa kayo. Narakurikije amajambo yayo+, mbere ndarenza ivyo insaba*.