ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 16:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Hanyuma abwira Kora n’abamushigikiye bose ati: «Ejo mu gitondo Yehova azokwerekana uwumwegukira uwo ari we+. Azokwerekana uwuri mweranda n’uwukwiye kumwegera uwo wari we+. Uwo azotora+ ni we azomwegera.

  • Gusubira mu vyagezwe 1:35, 36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 “Muri aba bagabo b’iri yaruka* rikora ikibi, nta n’umwe azobona igihugu ciza narahiye ko nzoha ba sokuru banyu+, 36 kiretse Kalebu mwene Yefune. We azokibona, kandi igihugu yagiyemwo nzokimuha hamwe n’uruvyaro rwiwe, kuko yankurikiye jewe Yehova n’umutima wiwe wose+.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Mwariboneye n’amaso yanyu ivyo Yehova yakoze kubera Bayali y’i Peyori. Yehova Imana yanyu yarahoneje abantu bose bakurikiye Bayali y’i Peyori+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika