2 Ngoma 29:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Hezekiya+ yari afise imyaka 25 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 29 aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Abiya, akaba yari umukobwa wa Zakariya+. 2 Ngoma 29:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Mu mwaka wa mbere ari umwami, mu kwezi kwa mbere, yaruguruye imiryango y’inzu ya Yehova, arayisanasana+.
29 Hezekiya+ yari afise imyaka 25 igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 29 aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Abiya, akaba yari umukobwa wa Zakariya+.
3 Mu mwaka wa mbere ari umwami, mu kwezi kwa mbere, yaruguruye imiryango y’inzu ya Yehova, arayisanasana+.