2 Samweli 22:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Umpa inkinzo yawe y’ubukiriro.Ukwicisha bugufi kwawe gutuma mba uwuhambaye+. Zaburi 113:6-8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Arunama* kugira arabe ijuru n’isi+, 7 akaduza umuntu mutoyi amukuye mu mukungugu. Aduza umukene amukuye mu kirundo c’umunyota*+, 8 kugira amwicarike hamwe n’abanyacubahiro,abanyacubahiro bo mu bantu biwe.
6 Arunama* kugira arabe ijuru n’isi+, 7 akaduza umuntu mutoyi amukuye mu mukungugu. Aduza umukene amukuye mu kirundo c’umunyota*+, 8 kugira amwicarike hamwe n’abanyacubahiro,abanyacubahiro bo mu bantu biwe.