2 Samweli 7:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nzobana nawe aho uzoja hose+, nkureho abansi bawe bose bakuve imbere+. Nzotuma izina ryawe riba rurangiranwa+ nk’iry’abantu bakomakomeye bo kw’isi. Zaburi 59:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 59 Ewe Mana yanje, nunkize abansi banje+.Nunkingire abampagurukiye kugira bandwanye+.
9 Nzobana nawe aho uzoja hose+, nkureho abansi bawe bose bakuve imbere+. Nzotuma izina ryawe riba rurangiranwa+ nk’iry’abantu bakomakomeye bo kw’isi.