Gusubira mu vyagezwe 10:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ubu rero yemwe Bisirayeli, none hari ikindi Yehova Imana yanyu abasaba+ atari ugutinya Yehova Imana yanyu+, kugendera mu nzira ziwe zose+, kumukunda, gukorera Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+, Imigani 1:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Gutinya* Yehova ni yo ntango y’ubumenyi+. Ibijuju gusa ni vyo bisuzugura ubukerebutsi n’inyigisho+. Malaki 3:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ico gihe abatinya Yehova baraganira, umwe wese na mugenziwe, Yehova na we akaguma ateze ugutwi, yumviriza. Nuko igitabu c’icibutso candikirwa imbere yiwe+, kikaba cerekeye abatinya Yehova n’abiyumvira* izina ryiwe+.
12 Ubu rero yemwe Bisirayeli, none hari ikindi Yehova Imana yanyu abasaba+ atari ugutinya Yehova Imana yanyu+, kugendera mu nzira ziwe zose+, kumukunda, gukorera Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+,
7 Gutinya* Yehova ni yo ntango y’ubumenyi+. Ibijuju gusa ni vyo bisuzugura ubukerebutsi n’inyigisho+.
16 Ico gihe abatinya Yehova baraganira, umwe wese na mugenziwe, Yehova na we akaguma ateze ugutwi, yumviriza. Nuko igitabu c’icibutso candikirwa imbere yiwe+, kikaba cerekeye abatinya Yehova n’abiyumvira* izina ryiwe+.