Zaburi 119:103 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 103 Ese ukuntu amajambo yawe ansosera*!Mu kanwa aransosera kuruta ubuki+. Imigani 16:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Amajambo ahimbaye ni ikimamara c’ubuki,asosera umutima kandi agakiza amagufa+.