ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 25:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Mana yanje, ni wewe nizigiye+.

      Ntureke ngo maramare+.

      Ntureke ngo abansi banje banyirateko+.

  • Zaburi 99:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Musa na Aroni bari mu baherezi biwe+,

      Samweli na we yari mu bambaza izina ryiwe+.

      Barambaza Yehova,

      na we akabishura+.

  • Abaroma 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Nakare icanditswe kivuga giti: «Nta n’umwe ashingira ukwizera kwiwe kuri we azoteterwa+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika