ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 27:41-43
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 41 Abakuru b’abaherezi, abanditsi n’abashingantahe na bo nyene batangura kumutwenga, bavuga+ ngo: 42 «Abandi yarabakijije, ariko we ntashobora kwikiza! Ko ari Umwami wa Isirayeli+, namanuke ave kuri ico giti co kubabarizwako duheze tumwemere. 43 Ko yizigiye Imana, nimutabare nimba imunezwe+, kuko yavuze ngo: “Ndi Umwana w’Imana+.”»

  • Luka 23:35, 36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Abantu bari bahagaze ng’aho bitegereza ibiriko biraba. Ariko abatware baguma bitwengera, bavuga ngo: «Abandi yarabakijije! Niyikize na we nimba ari Kristu w’Imana, uwatowe+!» 36 Mbere n’abasirikare baguma bamutwenga, bakamwegera bakamuha umuvinyu ukarishe+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika