Yohani 19:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Inyuma y’ivyo, Yezu amaze kumenya ko ibintu vyose vyari bimaze kuranguka, avuga ati: «Ndanyotewe+.» Ivyo yabivuze kugira icanditswe kiranguke.
28 Inyuma y’ivyo, Yezu amaze kumenya ko ibintu vyose vyari bimaze kuranguka, avuga ati: «Ndanyotewe+.» Ivyo yabivuze kugira icanditswe kiranguke.