Zaburi 36:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ni wewe soko ry’ubuzima+.Umuco wawe ni wo utuma tubona umuco+. Zaburi 43:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nurungike umuco wawe n’ukuri kwawe+. Ese vyoba ari vyo binyobora+,bikanjana ku musozi wawe mweranda no kw’ihema ryawe rihambaye+. Zaburi 119:105 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 105 Ijambo ryawe ni itara ry’ibirenge vyanje,rikaba n’umuco umurikira mu nzira+.
3 Nurungike umuco wawe n’ukuri kwawe+. Ese vyoba ari vyo binyobora+,bikanjana ku musozi wawe mweranda no kw’ihema ryawe rihambaye+.