Zaburi 22:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ariko jewe ndi umusiba, sindi umuntu.Abantu barantuka* kandi bakansuzugura+. Zaburi 42:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Abansi baguma bantuka n’ishavu n’akantu*.Birirwa barantuka, bambwira ngo: «Imana yawe iri hehe+?» Zaburi 102:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Abansi banje birirwa barantuka+. Abancokora* bakoresha izina ryanje nk’umuvumo.