Yesaya 35:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Nimubwire abari n’amaganya mu mutima muti: «Nimukomere. Ntimutinye. Raba! Imana yanyu izoza kwihora.Imana izoza gutanga igihano+. Izoza ibakize+.»
4 Nimubwire abari n’amaganya mu mutima muti: «Nimukomere. Ntimutinye. Raba! Imana yanyu izoza kwihora.Imana izoza gutanga igihano+. Izoza ibakize+.»